Indirimbo ya 42:
MWAMI WANJE, NGOMBA KUBA

42 r Mon Sauveur je voudrais être M.S.

1

Mwami wanje, ngomba kuba Uwakijijwe nawe; Nakishwe nawe Mukiza, Kuk' ur' umuco wanje. Mu kubaho kwanje numve Urukundo rw' ukuri, No mu mwiza wo mw ijoro Ngushirek' umutima.

2

Mwami wanje ngomba kuba Umuco wama waka Mu nzira y'umuzimiza, Ndongor’ abaz' i wawe. Name mmurikir’ abantu Bakiri kure cane. Ndekeshwe gukekeranya N'ukwizigira kwiza.

3

Mwami wanje, ngomba kuba Umwigisha w'ivyawe, Mvuge hose Databuja, Yuko watubambiwc; Abari mu rupfu rubi Mbabgir' ikibakiza, Nze ndemesh' abababaye, Nereke bos' Umwami.

Amajambo yo mu ntango

Indirimbo Zo guhimbaza imana Nimushimire Uhoraho yukw’ari mwiza, Kukw’imbabazi ziwe zamah’ibihe vyose. Abacunguwe n’Uhoraho bavuge bartyo, Abo yacunguye, akabakura mu kuboko kw’umwansi. Zaburi 107 :1,2. Abreviations : G.B. - Golden Bells (C.S.S.M3-7Wigmore St., London, W.I.) T.H. –Tabernacle Hymns No. (Tabernacle Publishing Co., Corner Lakes St. & Waller Ave., Chicago, III.) M.S. – Manuscript. (This includes all tunes which do not occur in the above two books. The music may be found in sankey’s Songs and Solos, Worship in Song, Christian Service Songs, Alexander’s Hymns No. 3 and other well-known books) Doxology. G.B. 702; T.H. 324 Dushime Nyen'umugisha, Tumushime mw’isi twese, Namwe mw ijuru mushime Dat' Umwana Mpwemu Yera. GUHIMBAZA

Nashville African Church

Questions & answers

Which hymn book contains “Mwami wanje, ngomba kuba” at Nashville African Church?

It is song 42 in Indirimbo zo mu GUHIMBAZA-KIRUNDI. The lyrics on this page are in Kirundi.

Can I search for a different song from “Mwami wanje, ngomba kuba” on Nashville African Church’s website?

Yes. Use the song search on this reader page. Type a number or title, then choose a matching song from the results.

How do I return from “Mwami wanje, ngomba kuba” to the Nashville African Church song list?

Choose “Back to songs list” in the song navigation to see all the hymns in Indirimbo zo mu GUHIMBAZA-KIRUNDI.

Can I read “Mwami wanje, ngomba kuba” on my phone through Nashville African Church’s hymn library?

Yes. The lyrics for “Mwami wanje, ngomba kuba” are presented in a responsive reading layout. Use Previous song and Next song where available.