Indirimbo ya 56:
YES' ARAKUROREREYE,

56 r Lo a Loving Frein dis waiting. G.B. 234

1

Yes' arakurorereye, Aragukunda; Araguhamagar' ati Ngwino hano.

2

Umvir' amagambo meza Akubgir' ati Nabambiwe kugira ngo Ngucungure.

3

Imbabazi zanje nziza Uzankir' iki? Ntiwonyizer' ukakira Agakiza?

4

Mbe ntumaz' imyaka myinshi Uri mu vyaha, Ujakariye Satani: Nturambiwe?

5

None reka nkubohore, Naw' unyizere, Uz' aho nd' unezerewe Ub' uwanje.

6

Yesu yamy' akubgir' ayo Majambo meza, Umve yongera kwinginga, Womwank' ute?

7

Ntutebe, kukw ijwi ryiwe Ryoca rihora; Ubu n' igihe cemerwa, Emer’ ubu.

8

Mwami Yesu, singitevye, Ehe nditavye: Kub' umugurano wawe Ni co nkunze.

Amajambo yo mu ntango

Indirimbo Zo guhimbaza imana Nimushimire Uhoraho yukw’ari mwiza, Kukw’imbabazi ziwe zamah’ibihe vyose. Abacunguwe n’Uhoraho bavuge bartyo, Abo yacunguye, akabakura mu kuboko kw’umwansi. Zaburi 107 :1,2. Abreviations : G.B. - Golden Bells (C.S.S.M3-7Wigmore St., London, W.I.) T.H. –Tabernacle Hymns No. (Tabernacle Publishing Co., Corner Lakes St. & Waller Ave., Chicago, III.) M.S. – Manuscript. (This includes all tunes which do not occur in the above two books. The music may be found in sankey’s Songs and Solos, Worship in Song, Christian Service Songs, Alexander’s Hymns No. 3 and other well-known books) Doxology. G.B. 702; T.H. 324 Dushime Nyen'umugisha, Tumushime mw’isi twese, Namwe mw ijuru mushime Dat' Umwana Mpwemu Yera. GUHIMBAZA

Nashville African Church

Questions & answers

Which hymn book contains “Yes' arakurorereye,” at Nashville African Church?

It is song 56 in Indirimbo zo mu GUHIMBAZA-KIRUNDI. The lyrics on this page are in Kirundi.

Can I search for a different song from “Yes' arakurorereye,” on Nashville African Church’s website?

Yes. Use the song search on this reader page. Type a number or title, then choose a matching song from the results.

How do I return from “Yes' arakurorereye,” to the Nashville African Church song list?

Choose “Back to songs list” in the song navigation to see all the hymns in Indirimbo zo mu GUHIMBAZA-KIRUNDI.

Can I read “Yes' arakurorereye,” on my phone through Nashville African Church’s hymn library?

Yes. The lyrics for “Yes' arakurorereye,” are presented in a responsive reading layout. Use Previous song and Next song where available.