Indirimbo ya 343:
KURI WA MUS' AHO TUZOZUKA

343 r260 On the resurrection Morning. G.B.599.(2) T.H.309

1

Kuri wa mus' aho tuzozuka Twese tugiz' imibiri misha, Amarira n' uburibge Ntibizoba bikiboneka.

2

Ubu bugingo n' uyu mubiri Vyompi bikwiye gutandukana, Bikarorer' urya musi Biryamye vyisinziririye.

3

Non'uyu mubiri w'ikiruhe Turawuryamitse ngaha mw ivu, Arik' ubugingo bgo bgo, Buririmbir' Umwami Yesu.

4

Hanyum' ubugingo n' umubiri Ni vyamara gusubira hamwe, Nta kizobitandukanya, Bizohag' ishusho ya Yesu.

5

Ewe munezero mwinshi cane Tuzobona ku musi w'izuka, Ni h1 imva zose zo mw isi Zizogarukan' abapfuye.

6

Uwo mus' abavyeyi n' abana N' abagabo n' abagore babo, Bo n' abavukana bose Bazosubira kubonana.

7

Mwami Yesu, mur' iryo huriro Emera kuduha gushikayo. Uturenz' urupfu natwe, Twizey' umusaraba wawe.

Amajambo yo mu ntango

Indirimbo Zo guhimbaza imana Nimushimire Uhoraho yukw’ari mwiza, Kukw’imbabazi ziwe zamah’ibihe vyose. Abacunguwe n’Uhoraho bavuge bartyo, Abo yacunguye, akabakura mu kuboko kw’umwansi. Zaburi 107 :1,2. Abreviations : G.B. - Golden Bells (C.S.S.M3-7Wigmore St., London, W.I.) T.H. –Tabernacle Hymns No. (Tabernacle Publishing Co., Corner Lakes St. & Waller Ave., Chicago, III.) M.S. – Manuscript. (This includes all tunes which do not occur in the above two books. The music may be found in sankey’s Songs and Solos, Worship in Song, Christian Service Songs, Alexander’s Hymns No. 3 and other well-known books) Doxology. G.B. 702; T.H. 324 Dushime Nyen'umugisha, Tumushime mw’isi twese, Namwe mw ijuru mushime Dat' Umwana Mpwemu Yera. GUHIMBAZA

Nashville African Church

Questions & answers

Which hymn book contains “Kuri wa mus' aho tuzozuka” at Nashville African Church?

It is song 343 in Indirimbo zo mu GUHIMBAZA-KIRUNDI. The lyrics on this page are in Kirundi.

Can I search for a different song from “Kuri wa mus' aho tuzozuka” on Nashville African Church’s website?

Yes. Use the song search on this reader page. Type a number or title, then choose a matching song from the results.

How do I return from “Kuri wa mus' aho tuzozuka” to the Nashville African Church song list?

Choose “Back to songs list” in the song navigation to see all the hymns in Indirimbo zo mu GUHIMBAZA-KIRUNDI.

Can I read “Kuri wa mus' aho tuzozuka” on my phone through Nashville African Church’s hymn library?

Yes. The lyrics for “Kuri wa mus' aho tuzozuka” are presented in a responsive reading layout. Use Previous song and Next song where available.