Indirimbo ya 340:
YESU MUCUNGUZI WANJE

340 r328 M.S.

1

Yesu Mucunguzi wanje Ndaj' i waw' uyu musi. Amaraso antunganye Y'Umwagazi w' intama.

Gusubiramwo

Yes' ashimwe kand' ashimwe, Icubahiro kibe lc' Umwana uw' intama, Dushinf izina ryiwe.

2

Kera nashimitse cane Ngo mbone umugisha. None ndakwihaye Mwami, Yesu Mwana w' intama.

3

Nzobarir' abantu bose Agakiza ka Yesu. Umukiza yaduhaye Agakiza k' ubuntu. .

4

Nzovuga can' ivya Yesu, N' ubutumwa nta soni: Kuko yankijij' umwansi, Ndamushim' arakiza.

5

Ndamushim' Uwankijije, N' ugukiz' arakiza. Yes' ashimwe n' Umukiza, Ububasha n' ubgiwe.

Amajambo yo mu ntango

Indirimbo Zo guhimbaza imana Nimushimire Uhoraho yukw’ari mwiza, Kukw’imbabazi ziwe zamah’ibihe vyose. Abacunguwe n’Uhoraho bavuge bartyo, Abo yacunguye, akabakura mu kuboko kw’umwansi. Zaburi 107 :1,2. Abreviations : G.B. - Golden Bells (C.S.S.M3-7Wigmore St., London, W.I.) T.H. –Tabernacle Hymns No. (Tabernacle Publishing Co., Corner Lakes St. & Waller Ave., Chicago, III.) M.S. – Manuscript. (This includes all tunes which do not occur in the above two books. The music may be found in sankey’s Songs and Solos, Worship in Song, Christian Service Songs, Alexander’s Hymns No. 3 and other well-known books) Doxology. G.B. 702; T.H. 324 Dushime Nyen'umugisha, Tumushime mw’isi twese, Namwe mw ijuru mushime Dat' Umwana Mpwemu Yera. GUHIMBAZA

Nashville African Church

Questions & answers

Which hymn book contains “Yesu Mucunguzi wanje” at Nashville African Church?

It is song 340 in Indirimbo zo mu GUHIMBAZA-KIRUNDI. The lyrics on this page are in Kirundi.

Can I search for a different song from “Yesu Mucunguzi wanje” on Nashville African Church’s website?

Yes. Use the song search on this reader page. Type a number or title, then choose a matching song from the results.

How do I return from “Yesu Mucunguzi wanje” to the Nashville African Church song list?

Choose “Back to songs list” in the song navigation to see all the hymns in Indirimbo zo mu GUHIMBAZA-KIRUNDI.

Can I read “Yesu Mucunguzi wanje” on my phone through Nashville African Church’s hymn library?

Yes. The lyrics for “Yesu Mucunguzi wanje” are presented in a responsive reading layout. Use Previous song and Next song where available.