Indirimbo ya 332:
KERA YES' AKIRI MW ISI

332 Peace be still. M.S.

1

Kera Yes' akiri mw isi Yabgiy' abigishw' ati Tujabuke tuje hakurya, Ni tujane mu bgato. Bakigcnd' arasinzira, Haz' igihuhuta, Imipfunda yisuka mu bgato, Bgariko buruzura.

Gusubiramwo

Yikanguy' azibiz' ikiyaga, Ngo Hora, Kandi nta ngunza nta muyaga, Nta dayimoni kandi nta n'abantu, Nta coshobcra kwubik'ubgato Burimw' Umukiza w'ubugingo: Vyose Yes' azobizibiza, Ngo Hora, cereza Nta kitazomwumvir' avuze Ngo Cereza

2

Mwam' umuyaga ni mwinshi, Kandi turi mw irinde. Imipfund' igiye mu bgato Buriko buruzura. Mwami, ntubabaye yuko Turiko turapfa? Arikangur' azibiz' ingunza. Ngo Tekereza, hora!

3

Yesu singifis’ ubgoba, Ko har" agacerere, Umparir' ukwizera guke Kwatumye ngir' ubgoba. None hareyutse rwose Mu mutima wanje, Umpe kwama nkwizigira cane, Ngukurikire hose.

Amajambo yo mu ntango

Indirimbo Zo guhimbaza imana Nimushimire Uhoraho yukw’ari mwiza, Kukw’imbabazi ziwe zamah’ibihe vyose. Abacunguwe n’Uhoraho bavuge bartyo, Abo yacunguye, akabakura mu kuboko kw’umwansi. Zaburi 107 :1,2. Abreviations : G.B. - Golden Bells (C.S.S.M3-7Wigmore St., London, W.I.) T.H. –Tabernacle Hymns No. (Tabernacle Publishing Co., Corner Lakes St. & Waller Ave., Chicago, III.) M.S. – Manuscript. (This includes all tunes which do not occur in the above two books. The music may be found in sankey’s Songs and Solos, Worship in Song, Christian Service Songs, Alexander’s Hymns No. 3 and other well-known books) Doxology. G.B. 702; T.H. 324 Dushime Nyen'umugisha, Tumushime mw’isi twese, Namwe mw ijuru mushime Dat' Umwana Mpwemu Yera. GUHIMBAZA

Nashville African Church

Questions & answers

Which hymn book contains “Kera Yes' akiri mw isi” at Nashville African Church?

It is song 332 in Indirimbo zo mu GUHIMBAZA-KIRUNDI. The lyrics on this page are in Kirundi.

Can I search for a different song from “Kera Yes' akiri mw isi” on Nashville African Church’s website?

Yes. Use the song search on this reader page. Type a number or title, then choose a matching song from the results.

How do I return from “Kera Yes' akiri mw isi” to the Nashville African Church song list?

Choose “Back to songs list” in the song navigation to see all the hymns in Indirimbo zo mu GUHIMBAZA-KIRUNDI.

Can I read “Kera Yes' akiri mw isi” on my phone through Nashville African Church’s hymn library?

Yes. The lyrics for “Kera Yes' akiri mw isi” are presented in a responsive reading layout. Use Previous song and Next song where available.