Indirimbo ya 314:
URUKUNDO RW' UMUKIZA

314 r Blest be the tie that binds. G.B.77

1

Urukundo rw' Umukiza Ni rwo rudukoranije, Dukundane twese Bakristo bo kw isi, Kukw Imana yadukunze

2

Duhore dusab' Imana Ngw iturons' umutim' umwe, Ngw ikure bga bgoba n'ivyo bitugora, Iduh' umugisha wayo.

3

Kandi tubony' Umukristo Yatay' inzira y'Imana, Ni tumusabire ngw Iman' imufashe Ahez' arab' Umukiza

4

Kand' iyo dutandukanye Tujane na Yesu Kristo. Adushira mu buhirwe n'imbabazi, Tukazoba tubonana

Amajambo yo mu ntango

Indirimbo Zo guhimbaza imana Nimushimire Uhoraho yukw’ari mwiza, Kukw’imbabazi ziwe zamah’ibihe vyose. Abacunguwe n’Uhoraho bavuge bartyo, Abo yacunguye, akabakura mu kuboko kw’umwansi. Zaburi 107 :1,2. Abreviations : G.B. - Golden Bells (C.S.S.M3-7Wigmore St., London, W.I.) T.H. –Tabernacle Hymns No. (Tabernacle Publishing Co., Corner Lakes St. & Waller Ave., Chicago, III.) M.S. – Manuscript. (This includes all tunes which do not occur in the above two books. The music may be found in sankey’s Songs and Solos, Worship in Song, Christian Service Songs, Alexander’s Hymns No. 3 and other well-known books) Doxology. G.B. 702; T.H. 324 Dushime Nyen'umugisha, Tumushime mw’isi twese, Namwe mw ijuru mushime Dat' Umwana Mpwemu Yera. GUHIMBAZA

Nashville African Church

Questions & answers

Which hymn book contains “Urukundo rw' Umukiza” at Nashville African Church?

It is song 314 in Indirimbo zo mu GUHIMBAZA-KIRUNDI. The lyrics on this page are in Kirundi.

Can I search for a different song from “Urukundo rw' Umukiza” on Nashville African Church’s website?

Yes. Use the song search on this reader page. Type a number or title, then choose a matching song from the results.

How do I return from “Urukundo rw' Umukiza” to the Nashville African Church song list?

Choose “Back to songs list” in the song navigation to see all the hymns in Indirimbo zo mu GUHIMBAZA-KIRUNDI.

Can I read “Urukundo rw' Umukiza” on my phone through Nashville African Church’s hymn library?

Yes. The lyrics for “Urukundo rw' Umukiza” are presented in a responsive reading layout. Use Previous song and Next song where available.