Indirimbo ya 304:
HAR' UMUKUNZI W' ABANA

304 r There’s a Friend for little children. G.B.640

1

Har' Umukunzi w' abana Mw ijuru k' Uhoraho, Abakund’urukundo Rut agir' iherezo, Abadukunda mw isi Boduharuruka: Yesu we n' Umukunzi Atoduhemukira.

2

Harih' uburuhukiro Mw ijuru k' Uhoraho, Bg' abana bamukunda Bambaz' izina ryiwe, Ah' abagenzi bato Bahora bataha, Ni ho baruhukira Mu mahor' adashira.

3

Mw ijuru harih'urugo, Nyene rwo n' Umukiza Abana bamukunze Bazoshika mûri rwo: N' urugo rwiza cane, Rw' amahoro masa, Umunezero wabo Urut' uw' abo mw isi.

4

Har' ibitsibo mw ijuru Vy' abana bakijijwe, Babikiwe na Yesu Ku musi bamwizeye; Abamukunda bose, Bakamushimisha, Bazogererwa na we Inger' itazoshira.

5

Harih' indirimbo nziza Y' abana bakijijwe; Bazama baririmba Ni bashika mw ijuru, Ishim" Umwami Yesu Ko yabacunguye: Kand' abayiririmba Ntibazocobogora.

6

Har' impuzu zera kandi Z' abana bakijijwe, N' indirimbo z' ishimwe, N' inanga z' izahabu; Abakunz' Umukiza Ni bo babihabga: Ni muze bana mwese, Muvyakiran' ishimwe.

Amajambo yo mu ntango

Indirimbo Zo guhimbaza imana Nimushimire Uhoraho yukw’ari mwiza, Kukw’imbabazi ziwe zamah’ibihe vyose. Abacunguwe n’Uhoraho bavuge bartyo, Abo yacunguye, akabakura mu kuboko kw’umwansi. Zaburi 107 :1,2. Abreviations : G.B. - Golden Bells (C.S.S.M3-7Wigmore St., London, W.I.) T.H. –Tabernacle Hymns No. (Tabernacle Publishing Co., Corner Lakes St. & Waller Ave., Chicago, III.) M.S. – Manuscript. (This includes all tunes which do not occur in the above two books. The music may be found in sankey’s Songs and Solos, Worship in Song, Christian Service Songs, Alexander’s Hymns No. 3 and other well-known books) Doxology. G.B. 702; T.H. 324 Dushime Nyen'umugisha, Tumushime mw’isi twese, Namwe mw ijuru mushime Dat' Umwana Mpwemu Yera. GUHIMBAZA

Nashville African Church

Questions & answers

Which hymn book contains “Har' Umukunzi w' abana” at Nashville African Church?

It is song 304 in Indirimbo zo mu GUHIMBAZA-KIRUNDI. The lyrics on this page are in Kirundi.

Can I search for a different song from “Har' Umukunzi w' abana” on Nashville African Church’s website?

Yes. Use the song search on this reader page. Type a number or title, then choose a matching song from the results.

How do I return from “Har' Umukunzi w' abana” to the Nashville African Church song list?

Choose “Back to songs list” in the song navigation to see all the hymns in Indirimbo zo mu GUHIMBAZA-KIRUNDI.

Can I read “Har' Umukunzi w' abana” on my phone through Nashville African Church’s hymn library?

Yes. The lyrics for “Har' Umukunzi w' abana” are presented in a responsive reading layout. Use Previous song and Next song where available.