Indirimbo ya 294:
HAR' AH' ABAGORE BAZANY'ABANA BABO,

294 r When mothers of Salem. G.B. 666.

1

Har' ah' abagore bazany'abana babo, Abigishwa ntibemera, barabirukana, Ariko Yes' abibonyeArabahamagar' ati Mukundir' abana ngo baz' aho ndi.

2

Ati Ndabakira, mbarere ku bibero, Nijewe Mwungere mwiza, ntimubirukane; Kuko ni bamp' imitima Nzobaha kuja mw ijuru: Mukundir' abana ngo baz' aho ndi.

3

Dushim' Umukiza ko yakiriy' abana, Yamara hariho benshi bataranamwumva, Bataz' izina rya Yesu, N' uko yahamagay' ati Mukundir' abana ngo haz' aho ndi.

4

Icoduh' abana bo mu mahanga yose Bakumv' ubutumwa bgiza. bakemera Yesu; Ubahe kwumv' ijwi ryawe. No kubon' umuco wawe. Hamagar' abana ngo baz'ah'uri.

Amajambo yo mu ntango

Indirimbo Zo guhimbaza imana Nimushimire Uhoraho yukw’ari mwiza, Kukw’imbabazi ziwe zamah’ibihe vyose. Abacunguwe n’Uhoraho bavuge bartyo, Abo yacunguye, akabakura mu kuboko kw’umwansi. Zaburi 107 :1,2. Abreviations : G.B. - Golden Bells (C.S.S.M3-7Wigmore St., London, W.I.) T.H. –Tabernacle Hymns No. (Tabernacle Publishing Co., Corner Lakes St. & Waller Ave., Chicago, III.) M.S. – Manuscript. (This includes all tunes which do not occur in the above two books. The music may be found in sankey’s Songs and Solos, Worship in Song, Christian Service Songs, Alexander’s Hymns No. 3 and other well-known books) Doxology. G.B. 702; T.H. 324 Dushime Nyen'umugisha, Tumushime mw’isi twese, Namwe mw ijuru mushime Dat' Umwana Mpwemu Yera. GUHIMBAZA

Hymn book section

ABANA

Nashville African Church

Questions & answers

Which hymn book contains “Har' ah' abagore bazany'abana babo,” at Nashville African Church?

It is song 294 in Indirimbo zo mu GUHIMBAZA-KIRUNDI. The lyrics on this page are in Kirundi.

Can I search for a different song from “Har' ah' abagore bazany'abana babo,” on Nashville African Church’s website?

Yes. Use the song search on this reader page. Type a number or title, then choose a matching song from the results.

How do I return from “Har' ah' abagore bazany'abana babo,” to the Nashville African Church song list?

Choose “Back to songs list” in the song navigation to see all the hymns in Indirimbo zo mu GUHIMBAZA-KIRUNDI.

Can I read “Har' ah' abagore bazany'abana babo,” on my phone through Nashville African Church’s hymn library?

Yes. The lyrics for “Har' ah' abagore bazany'abana babo,” are presented in a responsive reading layout. Use Previous song and Next song where available.