Indirimbo ya 26:
MANA RUREMA, NDAGUSHIMA,

26 r Tune G.B. 253

1

Mana Rurema, ndagushima, Wabonetse muri Yesu: Urukundo rwawe ni rwinshi Wadukunze twebge twese: Mana, watanz' uwawe Mwana, Ngw adukirish’ amaraso yiwe.

2

Ndaguhimbaza Mwami Yesu, Ko wangiriy' imbabazi. Kandi wampfiriye ku giti, Unkurakw ivyaha vyanje; Muvunnyi wanje ndagushima, Nguhay' umutima wanje wose.

3

Wasiz' ubgiza bgawe bgose War' ufis' ah' Iman' iri: Ub' Intama y' Imana yacu, Ikur' ivyaha vy 'abantu. Mukiza wanje, ngukundira Imyenda wanyishuriye yose.

4

Kand' iyo niyumviriy' urwo Rukundo, rurantangaza, Uko nagiriw' imbabazi N'ugupfa kw'Umwami Yesu Yesu, reka ngukunde cane, Imisi yose ndagushimishe.

Amajambo yo mu ntango

Indirimbo Zo guhimbaza imana Nimushimire Uhoraho yukw’ari mwiza, Kukw’imbabazi ziwe zamah’ibihe vyose. Abacunguwe n’Uhoraho bavuge bartyo, Abo yacunguye, akabakura mu kuboko kw’umwansi. Zaburi 107 :1,2. Abreviations : G.B. - Golden Bells (C.S.S.M3-7Wigmore St., London, W.I.) T.H. –Tabernacle Hymns No. (Tabernacle Publishing Co., Corner Lakes St. & Waller Ave., Chicago, III.) M.S. – Manuscript. (This includes all tunes which do not occur in the above two books. The music may be found in sankey’s Songs and Solos, Worship in Song, Christian Service Songs, Alexander’s Hymns No. 3 and other well-known books) Doxology. G.B. 702; T.H. 324 Dushime Nyen'umugisha, Tumushime mw’isi twese, Namwe mw ijuru mushime Dat' Umwana Mpwemu Yera. GUHIMBAZA

Nashville African Church

Questions & answers

Which hymn book contains “Mana Rurema, ndagushima,” at Nashville African Church?

It is song 26 in Indirimbo zo mu GUHIMBAZA-KIRUNDI. The lyrics on this page are in Kirundi.

Can I search for a different song from “Mana Rurema, ndagushima,” on Nashville African Church’s website?

Yes. Use the song search on this reader page. Type a number or title, then choose a matching song from the results.

How do I return from “Mana Rurema, ndagushima,” to the Nashville African Church song list?

Choose “Back to songs list” in the song navigation to see all the hymns in Indirimbo zo mu GUHIMBAZA-KIRUNDI.

Can I read “Mana Rurema, ndagushima,” on my phone through Nashville African Church’s hymn library?

Yes. The lyrics for “Mana Rurema, ndagushima,” are presented in a responsive reading layout. Use Previous song and Next song where available.