Indirimbo ya 250:
NIRATA WA MUSARABA

250 In the Cross of Christ I glory. Tune G.B.373(2)

1

Nirata wa musaraba Yesu yampfiriyeko. Ivyo mu gitabo vyose Ni ho biserukira.

2

lyo mpuye n' amagorwa, Mpemukiwe n' abantu, Umusarab' uzontera Amahoro y' Imana.

3

Ubu ngendera mu muco W Iman' izuba ryanje, Ndushaho kubon' inzira Kuko nakirwa na yo.

4

Imigisha n' amagorwa Vyezwa n’ umusaraba, Mûri wo har' amahoro, N' umunezero mwinshi.

Amajambo yo mu ntango

Indirimbo Zo guhimbaza imana Nimushimire Uhoraho yukw’ari mwiza, Kukw’imbabazi ziwe zamah’ibihe vyose. Abacunguwe n’Uhoraho bavuge bartyo, Abo yacunguye, akabakura mu kuboko kw’umwansi. Zaburi 107 :1,2. Abreviations : G.B. - Golden Bells (C.S.S.M3-7Wigmore St., London, W.I.) T.H. –Tabernacle Hymns No. (Tabernacle Publishing Co., Corner Lakes St. & Waller Ave., Chicago, III.) M.S. – Manuscript. (This includes all tunes which do not occur in the above two books. The music may be found in sankey’s Songs and Solos, Worship in Song, Christian Service Songs, Alexander’s Hymns No. 3 and other well-known books) Doxology. G.B. 702; T.H. 324 Dushime Nyen'umugisha, Tumushime mw’isi twese, Namwe mw ijuru mushime Dat' Umwana Mpwemu Yera. GUHIMBAZA

Nashville African Church

Questions & answers

Which hymn book contains “Nirata wa musaraba” at Nashville African Church?

It is song 250 in Indirimbo zo mu GUHIMBAZA-KIRUNDI. The lyrics on this page are in Kirundi.

Can I search for a different song from “Nirata wa musaraba” on Nashville African Church’s website?

Yes. Use the song search on this reader page. Type a number or title, then choose a matching song from the results.

How do I return from “Nirata wa musaraba” to the Nashville African Church song list?

Choose “Back to songs list” in the song navigation to see all the hymns in Indirimbo zo mu GUHIMBAZA-KIRUNDI.

Can I read “Nirata wa musaraba” on my phone through Nashville African Church’s hymn library?

Yes. The lyrics for “Nirata wa musaraba” are presented in a responsive reading layout. Use Previous song and Next song where available.