Indirimbo ya 213:
HR’IYINDI S’IRUT’IYI CANE,

213 r There is a better Land. M.S.

1

Hr’iyindi s’irut’iyi cane, Ni nziza, ni nziza; Ntakibi gishobora kujayo; Ni nziza, ni nziza; Iyo si nkubwira ni mw’ijuru, Umukiz’azoduha kujayo Ngo tubane na w’ubudasiba Iyo si Ni nziza.

2

Mur’iyo si nt mwiz’uhacura Ni nziza, ni nziza; Nta mubabaro, nta muborogo Ni nziza, ni nziza; Tuzpnywa ku ruzi rw’ubugingo Tuzoraba n’uwadupfiriye Tuzonezererw’ubwiza bwiwe Iyo si ni nziza

3

Ivyaha nivo vyotubujije Kuja mur’iyo si Ariko Yesu yaradupfiriye Ngo tubikurweko Nuko twese abizey’umukiza Tugatunganywa n’urupfu rwiwe Ruzoduhesha kwimana nawe Mur’iyo si nziza

Amajambo yo mu ntango

Indirimbo Zo guhimbaza imana Nimushimire Uhoraho yukw’ari mwiza, Kukw’imbabazi ziwe zamah’ibihe vyose. Abacunguwe n’Uhoraho bavuge bartyo, Abo yacunguye, akabakura mu kuboko kw’umwansi. Zaburi 107 :1,2. Abreviations : G.B. - Golden Bells (C.S.S.M3-7Wigmore St., London, W.I.) T.H. –Tabernacle Hymns No. (Tabernacle Publishing Co., Corner Lakes St. & Waller Ave., Chicago, III.) M.S. – Manuscript. (This includes all tunes which do not occur in the above two books. The music may be found in sankey’s Songs and Solos, Worship in Song, Christian Service Songs, Alexander’s Hymns No. 3 and other well-known books) Doxology. G.B. 702; T.H. 324 Dushime Nyen'umugisha, Tumushime mw’isi twese, Namwe mw ijuru mushime Dat' Umwana Mpwemu Yera. GUHIMBAZA

Nashville African Church

Questions & answers

Which hymn book contains “Hr’iyindi s’irut’iyi cane,” at Nashville African Church?

It is song 213 in Indirimbo zo mu GUHIMBAZA-KIRUNDI. The lyrics on this page are in Kirundi.

Can I search for a different song from “Hr’iyindi s’irut’iyi cane,” on Nashville African Church’s website?

Yes. Use the song search on this reader page. Type a number or title, then choose a matching song from the results.

How do I return from “Hr’iyindi s’irut’iyi cane,” to the Nashville African Church song list?

Choose “Back to songs list” in the song navigation to see all the hymns in Indirimbo zo mu GUHIMBAZA-KIRUNDI.

Can I read “Hr’iyindi s’irut’iyi cane,” on my phone through Nashville African Church’s hymn library?

Yes. The lyrics for “Hr’iyindi s’irut’iyi cane,” are presented in a responsive reading layout. Use Previous song and Next song where available.