Indirimbo ya 194:
ABANTU BOSE, MWUMVE NONAHA:

194 M.S.

1

Abantu bose, mwumve nonaha: Tugomba Yesu ku mutima me, Tumukurikire, cane, cane, Twumve nez' ivy' atubgira vyose: Ivyaha vya Satani tubite: Yesu Kristo Mwami, Yesu Kristo Mwami.

2

Mwami, dusavy' ikinezero. Kiva mw ijuru ah' uvyagiye, Kandi tubonye Yesu agarutse Kurobor' abiwe bamukunda Tugomba kw azotujana natwe Yesu Krist' Umwami, Yesu Krist' Umwami.

Amajambo yo mu ntango

Indirimbo Zo guhimbaza imana Nimushimire Uhoraho yukw’ari mwiza, Kukw’imbabazi ziwe zamah’ibihe vyose. Abacunguwe n’Uhoraho bavuge bartyo, Abo yacunguye, akabakura mu kuboko kw’umwansi. Zaburi 107 :1,2. Abreviations : G.B. - Golden Bells (C.S.S.M3-7Wigmore St., London, W.I.) T.H. –Tabernacle Hymns No. (Tabernacle Publishing Co., Corner Lakes St. & Waller Ave., Chicago, III.) M.S. – Manuscript. (This includes all tunes which do not occur in the above two books. The music may be found in sankey’s Songs and Solos, Worship in Song, Christian Service Songs, Alexander’s Hymns No. 3 and other well-known books) Doxology. G.B. 702; T.H. 324 Dushime Nyen'umugisha, Tumushime mw’isi twese, Namwe mw ijuru mushime Dat' Umwana Mpwemu Yera. GUHIMBAZA

Nashville African Church

Questions & answers

Which hymn book contains “Abantu bose, mwumve nonaha:” at Nashville African Church?

It is song 194 in Indirimbo zo mu GUHIMBAZA-KIRUNDI. The lyrics on this page are in Kirundi.

Can I search for a different song from “Abantu bose, mwumve nonaha:” on Nashville African Church’s website?

Yes. Use the song search on this reader page. Type a number or title, then choose a matching song from the results.

How do I return from “Abantu bose, mwumve nonaha:” to the Nashville African Church song list?

Choose “Back to songs list” in the song navigation to see all the hymns in Indirimbo zo mu GUHIMBAZA-KIRUNDI.

Can I read “Abantu bose, mwumve nonaha:” on my phone through Nashville African Church’s hymn library?

Yes. The lyrics for “Abantu bose, mwumve nonaha:” are presented in a responsive reading layout. Use Previous song and Next song where available.