Indirimbo ya 145:
NI VYIZA KUGUKORERA

145 r Qu’il fait bon à ton service. Tune G.B147

1

Ni vyiza kugukorera Mukiza wanje Ni ryo shikanwa nshikanye, Rirannezera.

Gusubiramwo

Akir' ubugingo bganje, N' ubgawe Yesu; Kandi kubg' ubuntu bgawe Undind' Umubi.

2

Mwam' ico nifuza cane N' ukwera kwawe. Nta kindi ngikund' atari Kugukorera.

3

Ngomba kugukorera nka Za ntumwa zawe, Ngukurikire Mukiza, Nkwubahe rwose.

4

Singitiny’ umubabaro N' ibindi vyago; Ni wewe kwizera kwanje, N' ivyiza vyanje.

5

Twese tuj' imbere hamwe Muri bga bgiza; Turirimban' indirimbo, Twame tunesha.

Amajambo yo mu ntango

Indirimbo Zo guhimbaza imana Nimushimire Uhoraho yukw’ari mwiza, Kukw’imbabazi ziwe zamah’ibihe vyose. Abacunguwe n’Uhoraho bavuge bartyo, Abo yacunguye, akabakura mu kuboko kw’umwansi. Zaburi 107 :1,2. Abreviations : G.B. - Golden Bells (C.S.S.M3-7Wigmore St., London, W.I.) T.H. –Tabernacle Hymns No. (Tabernacle Publishing Co., Corner Lakes St. & Waller Ave., Chicago, III.) M.S. – Manuscript. (This includes all tunes which do not occur in the above two books. The music may be found in sankey’s Songs and Solos, Worship in Song, Christian Service Songs, Alexander’s Hymns No. 3 and other well-known books) Doxology. G.B. 702; T.H. 324 Dushime Nyen'umugisha, Tumushime mw’isi twese, Namwe mw ijuru mushime Dat' Umwana Mpwemu Yera. GUHIMBAZA

Nashville African Church

Questions & answers

Which hymn book contains “Ni vyiza kugukorera” at Nashville African Church?

It is song 145 in Indirimbo zo mu GUHIMBAZA-KIRUNDI. The lyrics on this page are in Kirundi.

Can I search for a different song from “Ni vyiza kugukorera” on Nashville African Church’s website?

Yes. Use the song search on this reader page. Type a number or title, then choose a matching song from the results.

How do I return from “Ni vyiza kugukorera” to the Nashville African Church song list?

Choose “Back to songs list” in the song navigation to see all the hymns in Indirimbo zo mu GUHIMBAZA-KIRUNDI.

Can I read “Ni vyiza kugukorera” on my phone through Nashville African Church’s hymn library?

Yes. The lyrics for “Ni vyiza kugukorera” are presented in a responsive reading layout. Use Previous song and Next song where available.