Indirimbo ya 139:
ND'UWAWE MWAMI, KUKO NUMVISE

139 r Draw me nearer. G.B.483; T.H. 206

1

Nd'uwawe Mwami, kuko numvise Ijwi ryawe ry' urukundo, Ariko nifuza kukwizera No kukwegera rwose.

Gusubiramwo

Nyegereza hafi yawe, Mukiza, Hafi y' umusaraba, Nyegerez' urubavu rwawe, Mwami, Rumwe rwancumitirwa.

2

Unsabishe Mwami, nkuyoboke, Nshobozwa n' ubuntu bgawe, Ivyo ngomba bicik’ivy’ugomba, Ngutumbere nkwizeye.

3

Eka ndanezerewe ko ndonse Uko twobonana nawe, Nd'imbere y'inyundo zawe Mwami, Tukayaga nk' incuti.

4

Sinoruha ntahur’urukundo Rwawe nkiri mu mubiri, Nzorumenyana n' umunezero Ni nashika mwi’juru.

Amajambo yo mu ntango

Indirimbo Zo guhimbaza imana Nimushimire Uhoraho yukw’ari mwiza, Kukw’imbabazi ziwe zamah’ibihe vyose. Abacunguwe n’Uhoraho bavuge bartyo, Abo yacunguye, akabakura mu kuboko kw’umwansi. Zaburi 107 :1,2. Abreviations : G.B. - Golden Bells (C.S.S.M3-7Wigmore St., London, W.I.) T.H. –Tabernacle Hymns No. (Tabernacle Publishing Co., Corner Lakes St. & Waller Ave., Chicago, III.) M.S. – Manuscript. (This includes all tunes which do not occur in the above two books. The music may be found in sankey’s Songs and Solos, Worship in Song, Christian Service Songs, Alexander’s Hymns No. 3 and other well-known books) Doxology. G.B. 702; T.H. 324 Dushime Nyen'umugisha, Tumushime mw’isi twese, Namwe mw ijuru mushime Dat' Umwana Mpwemu Yera. GUHIMBAZA

Nashville African Church

Questions & answers

Which hymn book contains “Nd'uwawe Mwami, kuko numvise” at Nashville African Church?

It is song 139 in Indirimbo zo mu GUHIMBAZA-KIRUNDI. The lyrics on this page are in Kirundi.

Can I search for a different song from “Nd'uwawe Mwami, kuko numvise” on Nashville African Church’s website?

Yes. Use the song search on this reader page. Type a number or title, then choose a matching song from the results.

How do I return from “Nd'uwawe Mwami, kuko numvise” to the Nashville African Church song list?

Choose “Back to songs list” in the song navigation to see all the hymns in Indirimbo zo mu GUHIMBAZA-KIRUNDI.

Can I read “Nd'uwawe Mwami, kuko numvise” on my phone through Nashville African Church’s hymn library?

Yes. The lyrics for “Nd'uwawe Mwami, kuko numvise” are presented in a responsive reading layout. Use Previous song and Next song where available.