Indirimbo ya 123:
YESU, NI WEWE NARONKEYEMWO

123 r O Christ in Thee. G.B.383 ; Tune 1.

1

Yesu, ni wewe naronkeyemwo Amahoro mu mutima; Nahora ndayaronder' ahandi, Ariko nta handi hariho.

Gusubiramwo

Nta wund' atari Yesu yombumba, Nta rindi zina nokwemera, Kuk'ubugingo n'umunezero Bibonekera muri we.

2

Kera naronder' umunezero Nits' umutima mpebuye; Nariko ndarengan' Umukiza, Antegesh' urukundo rwiwe

3

Nagejeje kunywa ku migezi Y'umunezero w'iyi si, Irakama, ndihebura rwose, Njigirijwe ndarira cane.

4

Sinarizwa n'uko ntagufise, Gushits' ah' umpumuriye: Unkoze ku maso ndakwihweza, Nkubonye ndizwa n'igishika.

Amajambo yo mu ntango

Indirimbo Zo guhimbaza imana Nimushimire Uhoraho yukw’ari mwiza, Kukw’imbabazi ziwe zamah’ibihe vyose. Abacunguwe n’Uhoraho bavuge bartyo, Abo yacunguye, akabakura mu kuboko kw’umwansi. Zaburi 107 :1,2. Abreviations : G.B. - Golden Bells (C.S.S.M3-7Wigmore St., London, W.I.) T.H. –Tabernacle Hymns No. (Tabernacle Publishing Co., Corner Lakes St. & Waller Ave., Chicago, III.) M.S. – Manuscript. (This includes all tunes which do not occur in the above two books. The music may be found in sankey’s Songs and Solos, Worship in Song, Christian Service Songs, Alexander’s Hymns No. 3 and other well-known books) Doxology. G.B. 702; T.H. 324 Dushime Nyen'umugisha, Tumushime mw’isi twese, Namwe mw ijuru mushime Dat' Umwana Mpwemu Yera. GUHIMBAZA

Nashville African Church

Questions & answers

Which hymn book contains “Yesu, ni wewe naronkeyemwo” at Nashville African Church?

It is song 123 in Indirimbo zo mu GUHIMBAZA-KIRUNDI. The lyrics on this page are in Kirundi.

Can I search for a different song from “Yesu, ni wewe naronkeyemwo” on Nashville African Church’s website?

Yes. Use the song search on this reader page. Type a number or title, then choose a matching song from the results.

How do I return from “Yesu, ni wewe naronkeyemwo” to the Nashville African Church song list?

Choose “Back to songs list” in the song navigation to see all the hymns in Indirimbo zo mu GUHIMBAZA-KIRUNDI.

Can I read “Yesu, ni wewe naronkeyemwo” on my phone through Nashville African Church’s hymn library?

Yes. The lyrics for “Yesu, ni wewe naronkeyemwo” are presented in a responsive reading layout. Use Previous song and Next song where available.