Indirimbo ya 118:
KERA NAREMETSE YES' IBINGOYE,

118 r I left it all with Jesus. G.B.388

1

Kera naremetse Yes' ibingoye, Namukorey' ivyaha vyantsinze, Hamwe namubon' ari ku giti, Mmenya yukw ari jew' abambiwe: Numv' andemuruye ndanezerwa, Ndashima: Nta mutwaro ngira Nduhuwe n'Umukiza.

2

Na none vyose ndabimuremeka, Amaririkany' ibimbabaza, Kandi kubgo kugir' intege nke Ndamwishimikiza kw akomeye, Iy’amwenyuye nshir’amarira, Ndashima: Nta mutwaro ngira Nduhuwe n'Umukiza.

3

Nzama ndabimuremeka na ntaryo: lyo mmwizeye nta combabaza, Azoshits' ivyo mmwishimiyeko, Kukw ari Yesu gus' anduhura. Turi kumwe mba ndi mw ijuru pe, Ndashima: Nta mutwaro ngira Nduhuwe n' Umukiza.

4

Ubiremeke Yesu naw' urushe! Mushire vyose ntubicagure. Nah' ari we Rurem' ahambaye Arakugomba naw' ugayitse, Yaguhay' ikibanza mw’ijuru, Tahayo: Nta mutwar’ugir’ Uruhuwe n'Umukiza.

Amajambo yo mu ntango

Indirimbo Zo guhimbaza imana Nimushimire Uhoraho yukw’ari mwiza, Kukw’imbabazi ziwe zamah’ibihe vyose. Abacunguwe n’Uhoraho bavuge bartyo, Abo yacunguye, akabakura mu kuboko kw’umwansi. Zaburi 107 :1,2. Abreviations : G.B. - Golden Bells (C.S.S.M3-7Wigmore St., London, W.I.) T.H. –Tabernacle Hymns No. (Tabernacle Publishing Co., Corner Lakes St. & Waller Ave., Chicago, III.) M.S. – Manuscript. (This includes all tunes which do not occur in the above two books. The music may be found in sankey’s Songs and Solos, Worship in Song, Christian Service Songs, Alexander’s Hymns No. 3 and other well-known books) Doxology. G.B. 702; T.H. 324 Dushime Nyen'umugisha, Tumushime mw’isi twese, Namwe mw ijuru mushime Dat' Umwana Mpwemu Yera. GUHIMBAZA

Nashville African Church

Questions & answers

Which hymn book contains “Kera naremetse Yes' ibingoye,” at Nashville African Church?

It is song 118 in Indirimbo zo mu GUHIMBAZA-KIRUNDI. The lyrics on this page are in Kirundi.

Can I search for a different song from “Kera naremetse Yes' ibingoye,” on Nashville African Church’s website?

Yes. Use the song search on this reader page. Type a number or title, then choose a matching song from the results.

How do I return from “Kera naremetse Yes' ibingoye,” to the Nashville African Church song list?

Choose “Back to songs list” in the song navigation to see all the hymns in Indirimbo zo mu GUHIMBAZA-KIRUNDI.

Can I read “Kera naremetse Yes' ibingoye,” on my phone through Nashville African Church’s hymn library?

Yes. The lyrics for “Kera naremetse Yes' ibingoye,” are presented in a responsive reading layout. Use Previous song and Next song where available.